Imma Celebrate

Marembo

0 fans

Marembo


4:49
#1

 Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer

Marembo
Burundiboyz
Let's go!
Mvyutse hasa neza reka nimare itiro
Niyibagize ibibi vyose vyabaye ejo
Umutima ndawuruhure ntambe tonight
Imma celebrate
Ngira ntambe ngira ntambe nimare itiro
Niyibagize ivyabaye mumwaka uheze
Shir'ingoma hirya nohino ntambe tonight
Imma dance tonight!
Burya imana irarema nimuyireke
Wotangara ubonye akaba mubavukana
Bararyana bakibagira nabiwabo
Birababaje
Urakundwa nuw'udakunda akababara
Wagirango umukunde akakubabaza
Ivyisi bisigaye bigoye mama
Birababaje
Ngira nugare amaso niyibagize
Kibivyose biriko biba j'ahomba
Ngira ntambe nimare agahinda tonight
Imma celebrate
Ngira nugare amaso niyibagize
Kibivyose biriko biba j'ahomba
Ngira ntambe nimare agahinda tonight
Imma dance tonight
Imma dance tonight
Imma dance tonight
Imma celebrate
Imma celebrate
Imma celebrate
Imma celebrate
Imma celebrate
Imma celebrate
Numva shaka numva shaka uwogutambana
Yoshobora kunyibagiza ivyo nakoze
Tugatambana irijoro rikab'iryacu
Tuga fly tonight
Shaka kwibagira ivyabanyanka bavuga
Nkor'ico nipfuza irijoro ribe iryanje
Ntambe, ntwenge, mboregwe, nguruke higher
Imma celebrate
Imma celebrate
Imma dance tonight
Imma dance tonight
Imma celebrate
Imma celebrate
Imma celebrate
Imma dance tonight
Imma celebrate
Mvyutse hasa neza reka nimare itiro
Niyibagize ibibi vyose vyabaye ejo
Umutima ndawuruhure ntambe tonight
Imma celebrate
Ngira ntambe ngira ntambe nimare itiro
Niyibagize ivyabaye mumwaka uheze
Shir'ingoma hirya nohino
Imma dance tonight
Imma dance tonight
Imma dance tonight

 Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer

Written by: Marembo Alexandre

Lyrics © DistroKid

Lyrics Licensed & Provided by LyricFind

Discuss the Imma Celebrate Lyrics with the community:

0 Comments

    Citation

    Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:

    Style:MLAChicagoAPA

    "Imma Celebrate Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2024. Web. 27 Apr. 2024. <https://www.lyrics.com/lyric-lf/6606351/Marembo/Imma+Celebrate>.

    Missing lyrics by Marembo?

    Know any other songs by Marembo? Don't keep it to yourself!

    Watch the song video

    Imma Celebrate

    9,734
    149     1

    Browse Lyrics.com

    Quiz

    Are you a music master?

    »
    "Just own the night, like the fourth of July…"
    A Katy Perry - Firework
    B Soft Cell - Tainted Love
    C Ariana Grande - 7 Rings
    D The Ramones - Sheena is a Punk Rocker

    Free, no signup required:

    Add to Chrome

    Get instant explanation for any lyrics that hits you anywhere on the web!

    Free, no signup required:

    Add to Firefox

    Get instant explanation for any acronym or abbreviation that hits you anywhere on the web!

    Marembo tracks

    On Radio Right Now

    Loading...

    Powered by OnRad.io


    Think you know music? Test your MusicIQ here!