Twige

Mapozi of God

0 fans

Mapozi of God


4:40
#1

 Become A Better Singer In Only 30 Days, With Easy Video Lessons!

Twige

Ye
Imana ntihungwa
Nta muntu numwe adakenera amazi
Utayanyoye urayamesuza
Utayameshuje urayoga
Utayoze urayatekesha ooooh
Hari umusi uzokener'imana

Atari unomusi hazob'ejo
Even not today maybe tomorrow
Everybody we need God

This style can challenge you
And make you think that is secular
This life can challenge you
And be like, you don't know!

You don't know
When you do know
You do things as you don't know
You deny Christ when you know
HAri umusi uzokener'imana

Ah ah ah, aaaah
Oh oh oh, ooooh

Hari umusi
Hari umusi
Hari umusi
Hari umusi uzokerer'imana

Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu

Mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Vyose biherera mw'ivu

Mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Biherera mw'ivu

Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu
Mw'ivu
Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu

Mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Biherera mw'ivu

Mw'ivu
Mw'ivu
Mw'ivu
Biherera mw'ivu

Wigir'umweranda
Wigir'umuntu afise ubuzima burenze
Ngo wize cane kuruta kuruta abandi bose
Ariko umenye ko kumeny'imana bisumba vyose
Abagusunvy'ubuzima , ubwiza n'amashure
Unomusi barihe?
Twige
Barihe,barihe?
Twige

Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu

Twige gucabugufi
Turek'imani ituduze
Ubwibone n'ubwishime
Vyose biherera mw'ivu

 The easy, fast & fun way to learn how to sing: 30DaySinger.com

Written by: Enesk Ndyashimiye

Lyrics © DistroKid

Lyrics Licensed & Provided by LyricFind

Discuss the Twige Lyrics with the community:

0 Comments

    Citation

    Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:

    Style:MLAChicagoAPA

    "Twige Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2024. Web. 30 Apr. 2024. <https://www.lyrics.com/lyric-lf/10644204/Mapozi+of+God/Twige>.

    Missing lyrics by Mapozi of God?

    Know any other songs by Mapozi of God? Don't keep it to yourself!

    Browse Lyrics.com

    Quiz

    Are you a music master?

    »
    The song "Daddy Issues" is from the group?
    A Panic at the Disco
    B The Mavericks
    C BTS
    D The Neighbourhood

    Free, no signup required:

    Add to Chrome

    Get instant explanation for any lyrics that hits you anywhere on the web!

    Free, no signup required:

    Add to Firefox

    Get instant explanation for any acronym or abbreviation that hits you anywhere on the web!

    Mapozi of God tracks

    On Radio Right Now

    Loading...

    Powered by OnRad.io


    Think you know music? Test your MusicIQ here!