Twige
Mapozi of God
Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer
Twige Ye Imana ntihungwa Nta muntu numwe adakenera amazi Utayanyoye urayamesuza Utayameshuje urayoga Utayoze urayatekesha ooooh Hari umusi uzokener'imana Atari unomusi hazob'ejo Even not today maybe tomorrow Everybody we need God This style can challenge you And make you think that is secular This life can challenge you And be like, you don't know! You don't know When you do know You do things as you don't know You deny Christ when you know HAri umusi uzokener'imana Ah ah ah, aaaah Oh oh oh, ooooh Hari umusi Hari umusi Hari umusi Hari umusi uzokerer'imana Twige gucabugufi Turek'imani ituduze Ubwibone n'ubwishime Vyose biherera mw'ivu Mw'ivu Mw'ivu Mw'ivu Vyose biherera mw'ivu Mw'ivu Mw'ivu Mw'ivu Biherera mw'ivu Twige gucabugufi Turek'imani ituduze Ubwibone n'ubwishime Vyose biherera mw'ivu Mw'ivu Twige gucabugufi Turek'imani ituduze Ubwibone n'ubwishime Vyose biherera mw'ivu Mw'ivu Mw'ivu Mw'ivu Biherera mw'ivu Mw'ivu Mw'ivu Mw'ivu Biherera mw'ivu Wigir'umweranda Wigir'umuntu afise ubuzima burenze Ngo wize cane kuruta kuruta abandi bose Ariko umenye ko kumeny'imana bisumba vyose Abagusunvy'ubuzima , ubwiza n'amashure Unomusi barihe? Twige Barihe,barihe? Twige Twige gucabugufi Turek'imani ituduze Ubwibone n'ubwishime Vyose biherera mw'ivu Twige gucabugufi Turek'imani ituduze Ubwibone n'ubwishime Vyose biherera mw'ivu
Watch: New Singing Lesson Videos Can Make Anyone A Great Singer
Citation
Use the citation below to add these lyrics to your bibliography:
Style:MLAChicagoAPA
"Twige Lyrics." Lyrics.com. STANDS4 LLC, 2024. Web. 21 May 2024. <https://www.lyrics.com/lyric-lf/10644204/Mapozi+of+God/Twige>.
Discuss the Twige Lyrics with the community:
Report Comment
We're doing our best to make sure our content is useful, accurate and safe.
If by any chance you spot an inappropriate comment while navigating through our website please use this form to let us know, and we'll take care of it shortly.
Attachment
You need to be logged in to favorite.
Log In